INKURIKIZI RY’IHINDAGURIKA RY’IKIRERE N’IBIDUKIKIJE
Ihindagurikary’ikirererivakuki ? Kuberikibikeneweyukoharekwaamaziy’imvura ?
Ihindagurikary’ikirererivakuki ? Kuberikibikeneweyukoharekwaamaziy’imvura ?
Ikinyoma, ububeshi bimeze nk’umuntu afashe ca cuma kiduza abantu n’ibintu mu mazu maremare bita ascenseur mu rurimi rw’igifaransa, biranyaruka gushikira abantu kugira bimenyekane. Ukuri gufata ingazi n’ukuvuga yuko gushika gutevye, ariko gushika ari kwose atakivuyeko. Iyo ikinyoma gitowe yuko ari co, kimera nk’ibarafu kuzuba canke mu mucanwa: kirazimangana uwagishikirije nawe agasigara ari ikimaremare mu bandi.
Ibihugu bikiri mu nzira y’amajambere canke bimaze kwisunura gatoya biriko birarangura intambwe ikomeye mu guteza imbere imiti y’ikirundi canke imiti ifatiye ku buhinga kama, ubwo bumenyi tukaba twabusigiwe nabo hambere. Ivyo bihugu vyatanguye gukorana n’ibihugu hamwe n’amashirahamwe mpuzamakungu mu gushinga amashirahamwe yo kuyungurura ibiterwa kugira imiti ivuyemwo ishobore gufasha abarwayi.
None ibintu bimeze gute mu Burundi?
Abarimyi b’amavoka bo muri Kenya ntibarira, igihugu c’Ubushinwa caraye kibemereye yuko bashora ivyamwa vy’amavoka mu gihugu cabo. Mu mwaka wa 2020 ico camwa cinjije muri Kenya amafaranga arenga imiliyoni 100 mu ma dollars yo muri Amerika nukuvuga hafi imiliyaridi 14 mu ma shillingi yo muri Kenya.
Bibwirwa benshi bikumva benevyo. None hari icigwa Abarundi bohakura?