Skip to content
Urugendorw'ubuzima
Tuvugane ivyerekeye magara yanyu
Urugendorw'ubuzima

Tuvugane ivyerekeye amagara yacu

  • Urupapuro rw’intango
  • Ubuvuzi bushingiye ku duce ngirabuzima
  • Akava imuhana kaza imvura ihise
    • Turwanye indwara
    • Turwanye inzara
  • Dutere akamo
  • Urupapuro rw’intango
  • Ubuvuzi bushingiye ku duce ngirabuzima
  • Akava imuhana kaza imvura ihise
    • Turwanye indwara
    • Turwanye inzara
  • Dutere akamo

Sowing Seeds of Change

Urugendo rw’ubuzima

Umugambi « Urugendo rw’ubuzima » n’umugambi udaharanira inyungu ukaba wifuza – ukoresha ubumenyi bwa none kandi bwubahirije ibidukikije – guteza imbere ubumenyi ku buryo abanyagihugu boreka kwama barindiriye infashanyo iva hanze y’igihugu.
Ibikorwa vy’uwo mugambi vyatangujwe n’ikigo ca Muganga Dr. Rath mu vyerekeye amagara y’abantu. Iki kigo gifise intumbero yo kurwanya ingwara , kugwiza imfungurwa zibereye , guteza imbere ubumenyi , kurwanya ubushomeri no kuronsa abanyagihugu amasoko ntanganguvu yubahiriza ibidukikije.

Policy
  • Privacy Policy
  • Terms of Use
  • Dr. Rath Health Foundation
  • Dr. Rath Research Institute
External
  • www.presidence.gov.bi
  • www.minisante.bi
  • www.mininterinfos.gov.bi
Ibitabu namajwi
  • Ibitabu n’amajwi
2021 © Urugendorw'ubuzima

Developed by © Dr Rath Health Foundation

Go to Top