Umurwi «Urugendo rw’ubuzima mu Bugande» ubandanya utera imbere mu gihugu c’ubugande. Muri kino gihe uwo murwi umaze kuronka icicaro mu burere 21 . Uramaze gushingaimirima y’akarorero kugira abanywanyi bazo bararabirako mu bikorwa yabo ariyo: Amagara meza kuri bose kandi kubuntu , Infungurwa kuri bose kubuntu , akazi kuri bose

Ivyo bicapo mubona hejuru vyerekana umushingantaheTwikiriize Denis n’umuryangowiwe batera igipimo c’ikawamu gihungu c’Ubugande. Amafaranga azova muri iyo kawa azozana akarusho kenshi kuri uwo muryango.