Mudushikirize ivyiyumviro vyanyu
Mukeneye kugira ico mushikirije kuri iyi migambi , ntimugonanwe , twandikire mukoresheje uno muhora
Email : info@urugendorwubuzima.bi
Ivyiyumviro vyanyu haba ku buryo uwu murongo ngurukanabumenyi utunganijwe , haba ku buryo dukorana namwe birahambaye kandi bizodushimisha.
Kugira dushobore kwishura neza ibibazo vyanyu , turungikire amazina yanyu n’umuhora wanyu wa e-mail canke inomero ya telefone twabatorako, ntizohengeshanya kubarondera. Ku bantu batazandika amazina yabo , bizohava bitugora kubishura ku mpavu tutazi intumbero yabo, amategeko araduha ubwo burenganzira.
Birashoboka yuko umuhora wacu wa Internet ushobora gufata ubutumwa bumwe bumwe nk’ubunyonyezi , ico gihe harinaho ubwo butumwa bushobora guca buja mu kinogo kitugururwa bimwe bita “courier indésirable “ mu gifaransa canke “spam” mu congereza. Kuri ivyo tubasamvye imbabazi , ariko tuzokora uko dushoboye kugira tubitorere umuti.
Twobamenyesha kandi yuko ivyo mudushikiriza tubibika mu dusandugu ntasamburwa . Ibi bivuga yuko twubahiriza ukwigenga kwanyu mu vyerekeye ibibaranga , nta wundi muntu numwe abimenyeshwa (politique de confidentialité).