UMUGAMBI WO GUTERA IVYAMWA WARANYUZE BIMWE BIBONEKA AMASHULE ASHIKA

Amashule ashika 50 yaranyuzwe n’umugambi wo gutera ivyamwa mu gihugu c’Ubugande . Uwo mugambi watangujwe muri Ntwarante 2015 ukaba ufise ingingo yo gutera ivyamwa , imboga , imiti y’ikirundi mu kurwanya ingwara y’umutima. Uwo mugambi urongowe na  Gyavira Mwesige, mu gihugu c’Ubugande ukigisha abanyagihugu ubuhinga bwo gufungura neza kandi imfungurwa ngirakamaro. Amashule amwe muri ayo…