Ubumenyi kuri bose kubuntu
Ubumenyi kuri bose kubuntu Isekeza “Ubumenyi kuri bose kubuntu” bufasha abantu kurwanya ubujuju no kutamenya kw’isi. Twifuza yuko umuntu wese ategerezwa kuronswa urufunguzo rutuma ashika ku bumenyi buhagije buciye ku buhinga ngurukana bumenyi bukoresha vya vyuma nyabwonko bufatiye kuri Internet. Ishirahamwe Mpuzamakungu rijejwe Inyigisho, Ubushakashatsi n’Imico kama ariryo UNESCO mu mpfunyapfunyo ryemeza yuko hafi abantu…