Turwanye indwara

Turwanye indwara y’umutima : dutere ivyamwa Isekeza ryacu  «Turwanye indwara y’umutima ; dutere ivyamwa» rifise umugambi wo kwigisha ubumenyi bufatiye ku bushakashatsi bwatangajwe na Muganga Dr. Rath . Ubwo bushakashatsi bwerekana yuko indwara y’umutima itewe ahanini nuko umubiri (uduce tw’umubiri ngirabuzima bita serire mu gifaransa) tutaronswa infungurwa zikwiye zimwe bita vitamine , viyo bigatuma utwo duce…

Akazi kuri bose

Akazi kuri bose Isekeza ryacu  “Akazi kuri bose”  rifise intumbero yo gutuza ubushomeri n’ubugunge biciye muvy’ akazi . Twibaza yuko umuntu wese afise uburenganzira bwo kurangura no kuronka akazi kamukwiye , kandi kamufitiye inyungu. Ibiharuro bishikirizwa n’Ishirahamwe Mpuzamakungu rijejwe akazi kwi’isi ariryo OIT mu mpfunyapfunyo rimenyesha yuko abantu bangana n’imiliyoni 170 kw’isi batagira akazi .…

Ubumenyi kuri bose kubuntu

Ubumenyi kuri bose kubuntu Isekeza “Ubumenyi kuri bose kubuntu” bufasha abantu kurwanya  ubujuju no kutamenya kw’isi. Twifuza yuko umuntu wese ategerezwa kuronswa urufunguzo rutuma ashika ku bumenyi buhagije buciye ku buhinga ngurukana bumenyi bukoresha vya vyuma nyabwonko bufatiye kuri Internet. Ishirahamwe Mpuzamakungu rijejwe Inyigisho, Ubushakashatsi n’Imico kama ariryo UNESCO mu mpfunyapfunyo ryemeza yuko hafi abantu…

Amasoko ntanganguvu kuri bose

Amasoko ntanganguvu kuri bose Isekeza ryacu “Amasoko ntanganguvukuri bose»uhimiriza kandi ugashigikira ikoreshwa ry’amasoko ntanganguvu yubahiriza ibidukikije.Muri kino gihe,hafi umuliyaridi w’abantu kw’isi ntufise uburenganzira bwokuronka nogukoresha umuyangankuba . Hafi abantu imiliyoni 600 muri abo baba mu ntara zaAfrikairi munsi y’ubugaragwa bwa Sahara. Ukutaronswa umuyagankuba bifise inkurikizi zihambaye ku bushobozi bw’ibihugu mu gushikiriza inyigisho abanyagihugu tutibagiye gushinga…

Amazi meza kuri bose kubuntu

Amazi meza kuri bose kubuntu Isekeza “Amazi meza kuri bose kubuntu”rifise intumbero yo guteza imbereironswa ry’amazi meza kuri bose . Twibaza yuko ubushobozi buhabwa uwariwese mu kuronswa amazi meza ari kimwe mu bigenga agateka ka zina muntu wese. Ukuronswa amazi meza , niyo ngingo yambere mu vyerekeye agateka ka zina muntu wese . Ikibabaje nuko…

Infungurwa kuri bose kubuntu

Infungurwa kuri bose kubuntu Isekeza “Infungurwa kuri bose ku buntu” ishimikiye ku kurwanya ugufungura nabi n’inzara . Muri iki kigabane duhimiriza guteza imbere ibiterwa n’uburyo bwo kwimbura , tukongera tukiyamiriza vya biterwa mburakaranga arivyo bita “organismes génétiquement modifies “ mu gifaransa. Nkuko Ishirahamwe Mpuzamakungu rijejwe Infungurwa n’Uburimyi kwi’isi yose(FAO) ribimenyesha, hafi imiliyoni 800 z’abantu kw’isi…

Ubuzima kuri bose kubuntu

Ubuzima kuri bose kubuntu Umugambi wacu ugizwe n’intumbero zitandukanye kandi zisenyera ku mugozi umwe.Igice ca mbere “Ubuzima kuri boseku buntu”. n’umugambi ufise intumbero yokurandurana n’imiziindwara biciyemuburyo bw’ubushakashatsi n’ubumenyi. Uburyo bushasha bwa Muganga Rath bushimikiye ku ciyumviro mpindurantwaro mu vyerekeye ubuvuzi aribwotwita mu gifaransa «Médecine Cellulaire» bushingiye ku nyifato yuko kudafungura ubwoko bukwiye bw’infungurwa ari yo…