Skip to content
Urugendorw'ubuzima
Tuvugane ivyerekeye magara yanyu
Urugendorw'ubuzima

Tuvugane ivyerekeye amagara yacu

  • Urupapuro rw’intango
  • Ubuvuzi bushingiye ku duce ngirabuzima
  • Akava imuhana kaza imvura ihise
    • Turwanye indwara
    • Turwanye inzara
  • Dutere akamo
  • Urupapuro rw’intango
  • Ubuvuzi bushingiye ku duce ngirabuzima
  • Akava imuhana kaza imvura ihise
    • Turwanye indwara
    • Turwanye inzara
  • Dutere akamo

Daily Archives: March 16, 2022

Abarimyi bo muri Kenya batanguye gushora amavoka mu gihugu c’Ubushinwa

Nta rutonde ruhariBy KrzysztofMarch 16, 2022

Abarimyi b’amavoka bo muri Kenya ntibarira, igihugu c’Ubushinwa caraye kibemereye yuko bashora ivyamwa vy’amavoka mu gihugu cabo. Mu mwaka wa 2020 ico camwa cinjije muri Kenya amafaranga arenga imiliyoni 100 mu ma dollars yo muri Amerika nukuvuga hafi imiliyaridi 14 mu ma shillingi yo muri Kenya. Bibwirwa benshi bikumva benevyo. None hari icigwa Abarundi bohakura?…

2021 © Urugendorw'ubuzima

Developed by © Dr Rath Health Foundation

Go to Top