ITANGUZWA ICESE RY’IMIRIMO RUSANGI MU GIHUGU C’UBUGANDE.
Umugambi “Urugendo rw’ubuzima”mu gihugu c’Ubugande caratanguje igikorwa gishasha icambere catanguwe camaze kurangira . Igikorwa ca kabiri cakoranije abarimyi, abigisha , abubatsi abarongoye abandi ku misozi. Uwo mugambi mushasha ushigiye cane cane imirima y’akarorero kugira abantu bavome ubwenge n’ubumenyi, maze bashobore gushika kuri za ntumbero twamaze gushikiriza: amagara meza kuri bose, akazi kuri bose, infungurwa kuri…

