KUGWANYA INGWARA Y’UMUTIMA MU BUGANDE : «URUGENDO RW’UBUZIMA» RWAFASHIJE MU GUTERA HAFI IVYAMWA BIRENGA 12.000
Umugambi Urugendo rw’ubuzima mu Bugande uherutse kumenyesha yuko washoboye gutera ibiti vy’ivyamwa birenga 12.000 muri ico gihugu. Ivyo biti vy’ivyamwa vyatewe muri wa mugambi rusangi «Tugwanye indwara y’umutima mu gutera ivyamwa». Uwo mugambi ufise intumbero yo kwigisha abanyagihugu bo mu gihugu c’Ubugande hamwe n’ibindi bihugu nk’Uburundi ivyaranguwe n’ubushakashatsi bwa Muganga Dr. Rath n’umurwi bakorana. Ubwo…

